2 Samweli 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Dawidi aba muri ico gihome gikomeye, hanyuma citwa Igisagara ca Dawidi; maze Dawidi yubaka irya n’ino yaco, ahera ku Kidunduri+ yerekeza imbere.
9 Nuko Dawidi aba muri ico gihome gikomeye, hanyuma citwa Igisagara ca Dawidi; maze Dawidi yubaka irya n’ino yaco, ahera ku Kidunduri+ yerekeza imbere.