-
2 Abami 8:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Nuko Hazayeli agenda guhura na we, kandi atora ingabirano mu kuboko kwiwe, emwe, ubwoko bwose bw’ibintu vyiza vy’i Damasiko, umutwaro w’ingamiya mirongo ine; arashika, ahagarara imbere yiwe, hanyuma avuga ati: “Umuhungu wawe+ Beni-hadadi umwami wa Siriya antumye kuri wewe ati: ‘Mbega nzokira iyi ndwara?’”
-