ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Baza imisore yawe, na yo irakubwira, kugira ngo imisore yanje igire ubutoni mu maso yawe, kuko tuje ku musi mwiza. Ndakwinginze uhe abasuku bawe n’umuhungu wawe Dawidi ico ukuboko kwawe kworonka cose+.’”

  • 2 Abami 6:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umwami wa Isirayeli akimara kubabona, abwira rero Elisha ati: “Ndabasasike, ndabasasike+ ga dawe+?”

  • 2 Abami 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nayo Elisha+, yari yafashwe n’indwara yari kumwica+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli amanuka aho ari maze atangura kuririra mu maso yiwe ati: “Dawe+, dawe, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika