2 Abami 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri ico gihe cose Elisha yariko arabibona, kandi yariko asemerera ati: “Dawe, dawe+, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!” Nuko ntiyasubira kumubona. Afata rero impuzu ziwe, azitantamuramwo ibipande bibiri+. 2 Abami 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abasuku biwe baregera rero maze bamubwira bati: “Dawe+, iyo uwo muhanuzi aba agusavye ikintu gikomeye ntiwari kugikora? Nkanswe rero ubu akubwiye ngo: ‘Niwiyuhagire maze ube uwudahumanye’?” 2 Abami 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nayo Elisha+, yari yafashwe n’indwara yari kumwica+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli amanuka aho ari maze atangura kuririra mu maso yiwe ati: “Dawe+, dawe, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!”
12 Muri ico gihe cose Elisha yariko arabibona, kandi yariko asemerera ati: “Dawe, dawe+, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!” Nuko ntiyasubira kumubona. Afata rero impuzu ziwe, azitantamuramwo ibipande bibiri+.
13 Abasuku biwe baregera rero maze bamubwira bati: “Dawe+, iyo uwo muhanuzi aba agusavye ikintu gikomeye ntiwari kugikora? Nkanswe rero ubu akubwiye ngo: ‘Niwiyuhagire maze ube uwudahumanye’?”
14 Nayo Elisha+, yari yafashwe n’indwara yari kumwica+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli amanuka aho ari maze atangura kuririra mu maso yiwe ati: “Dawe+, dawe, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!”