2 Samweli 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko umusuku wawe Yowabu yakoze ico kintu kugira ngo nya kibazo kibonwe mu bundi buryo; mugabo umukama wanje afise ubukerebutsi nk’ubw’umumarayika+ w’Imana y’ukuri kugira ngo amenye ibiri mw’isi vyose.”
20 Kuko umusuku wawe Yowabu yakoze ico kintu kugira ngo nya kibazo kibonwe mu bundi buryo; mugabo umukama wanje afise ubukerebutsi nk’ubw’umumarayika+ w’Imana y’ukuri kugira ngo amenye ibiri mw’isi vyose.”