ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 23:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Imana ya Isirayeli yaravuze,

      Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:

      ‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,

      Akaganza mu gutinya Imana+,

  • Zaburi 72:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Naburanire abantu bawe yisunze ubugororotsi+,

      N’abarushwa bawe yisunze ingingo y’ubutungane+.

  • Yesaya 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi azocira urubanza koko abantu batobato+ mu bugororotsi, atange igikangiro mu kugororoka ku neza y’abatekereza bo kw’isi. Kandi azokubita koko isi inkoni y’akanwa kiwe+; kandi akoresheje impwemu y’iminwa yiwe, azokwica umubisha+.

  • Yeremiya 22:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mbega uzobandanya kuganza ngo ni uko uriko urondera kuba agaheta ukoresheje isederi? Nayo so wawe, mbega ntiyariye, akanywa, akongera agashitsa ubutungane n’ubugororotsi+? Ku bw’ivyo, vyaramugendeye neza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika