ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.”

  • Zaburi 128:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Kuko uzorya ibivuye mu bucumukure bw’amaboko yawe+.

      Uzoba uwuhiriwe, kandi bizokugendera neza+.

  • Yesaya 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimuvuge yemwe yuko umugororotsi bizomugendera neza+, kuko bazorya ivyamwa vy’ibikorwa vyabo+.

  • Yeremiya 42:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ryaba ryiza canke ribi, ijwi rya Yehova Imana yacu tugutumyeko ni ryo tuzogamburuka, kugira ngo bitugendere neza kubera tugamburuka ijwi rya Yehova Imana yacu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika