Gusubira mu vyagezwe 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mukwiye kugendera mu nzira yose Yehova Imana yanyu yabategetse+, kugira mubeho kandi mumererwe neza+, murambire* koko mu gihugu muzokwigarurira. Gusubira mu vyagezwe 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi utegerezwa kwumviriza, ewe Isirayeli, no kwitwararika kubikora+, kugira bikugendere neza+ no kugira mugwire cane, nk’uko Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe yagusezeraniye+, ku bijanye na ca gihugu gitemba amata n’ubuki. Yeremiya 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’
33 Mukwiye kugendera mu nzira yose Yehova Imana yanyu yabategetse+, kugira mubeho kandi mumererwe neza+, murambire* koko mu gihugu muzokwigarurira.
3 Kandi utegerezwa kwumviriza, ewe Isirayeli, no kwitwararika kubikora+, kugira bikugendere neza+ no kugira mugwire cane, nk’uko Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe yagusezeraniye+, ku bijanye na ca gihugu gitemba amata n’ubuki.
23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’