Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+. Abalewi 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nzogendera koko hagati muri mwebwe, nerekane ko ndi Imana yanyu+, namwe muzokwerekana ko muri abantu banje+.
5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.
12 Nzogendera koko hagati muri mwebwe, nerekane ko ndi Imana yanyu+, namwe muzokwerekana ko muri abantu banje+.