Gusubira mu vyagezwe 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ubu none ga Isirayeli, hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba+ atari ugutinya+ Yehova Imana yawe, kugira ngo ugendere mu nzira ziwe zose+ no kugira ngo umukunde+, wongere ukorere Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+, Yeremiya 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’
12 “Ubu none ga Isirayeli, hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba+ atari ugutinya+ Yehova Imana yawe, kugira ngo ugendere mu nzira ziwe zose+ no kugira ngo umukunde+, wongere ukorere Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+,
23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’