2 Ngoma 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze aha umwami italanto ijana na mirongo ibiri z’inzahabu+, n’amavuta y’umusomozo+ menshi cane, n’amabuye y’agaciro+; ntihari bwaboneke amavuta y’umusomozo nk’ayo umwamikazi wa Sheba yahaye Umwami Salomo+.
9 Maze aha umwami italanto ijana na mirongo ibiri z’inzahabu+, n’amavuta y’umusomozo+ menshi cane, n’amabuye y’agaciro+; ntihari bwaboneke amavuta y’umusomozo nk’ayo umwamikazi wa Sheba yahaye Umwami Salomo+.