2 Ngoma 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ivyombo vyo kunyweramwo vyose+ vy’Umwami Salomo vyari ivyo mu nzahabu+, kandi ivyombo vyose vya ya Nzu y’Ikibira c’i Libani+ vyari ivyo mu nzahabu itavanze. Nta kintu na kimwe co mw’ifeza cariho; ifeza yabonwa nk’ubusa+ mu misi ya Salomo.
20 Ivyombo vyo kunyweramwo vyose+ vy’Umwami Salomo vyari ivyo mu nzahabu+, kandi ivyombo vyose vya ya Nzu y’Ikibira c’i Libani+ vyari ivyo mu nzahabu itavanze. Nta kintu na kimwe co mw’ifeza cariho; ifeza yabonwa nk’ubusa+ mu misi ya Salomo.