Itanguriro 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Aba mu gahinga ka Parani+, maze nyina amuronkera umugore wo mu gihugu ca Misiri. Guharura 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Isirayeli baragenda bavuye mu gahinga ka Sinayi, hisunzwe urutonde rw’ukugenda kwabo+, maze ca gicu kiba mu gahinga ka Parani+. Gusubira mu vyagezwe 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+.
12 Bene Isirayeli baragenda bavuye mu gahinga ka Sinayi, hisunzwe urutonde rw’ukugenda kwabo+, maze ca gicu kiba mu gahinga ka Parani+.
2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+.