-
1 Abami 12:32Bibiliya y’isi nshasha
-
-
32 Hanyuma Yerobowamu agira umusi mukuru mu kwezi kugira umunani, ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi, umeze nk’umusi mukuru wari muri Yuda+, kugira ngo ashikane amashikanwa ku gicaniro yari yarakoze i Beteli, ngo ashikanire ibimazi za nyana yari yarakoze; nuko i Beteli+ ashiraho abaherezi b’ibibanza bikirurutse yari yarakoze.
-
-
1 Abami 14:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 ku bw’ivyo, ehe ngira nzane ivyago ku nzu ya Yerobowamu, kandi ata gukeka nzorandura kwa Yerobowamu umuntu w’igitsina-gabo wese*+, uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli+; kandi vy’ukuri nzokubura noganze inyuma y’inzu ya Yerobowamu+, nk’uko umuntu akuraho umwanda mukuru gushika uzimanganye+.
-