Kuvayo 32:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze Musa ahagarara mw’irembo ry’ikambi, avuga ati: “Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova? Naze aha ndi+!” Nuko bene Lewi bose bakoranira aho ari. Gusubira mu vyagezwe 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,
26 Maze Musa ahagarara mw’irembo ry’ikambi, avuga ati: “Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova? Naze aha ndi+!” Nuko bene Lewi bose bakoranira aho ari.
8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,