ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 1:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Muri ico gihe, inzu ya Yozefu+ na yo nyene iraduga gutera Beteli+, kandi Yehova abana na bo+.

  • 2 Samweli 19:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko jewe umusuku wawe nzi neza yuko ari jewe nacumuye; none ehe uyu musi ni jewe nje ubwa mbere mu nzu ya Yozefu+ yose, ngo manuke gusanganira umukama wanje umwami.”

  • Amosi 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nimurondere Yehova, mubone kubandanya kubaho+, kugira ngo ntakore nk’umuriro+, ewe nzu ya Yozefu+, ngo uwo muriro urigate, hanyuma Beteli ikabura uwuwuzimya+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika