ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 16:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nuko, nk’aho kuri we coba cari ikintu gisanzwe cane+ kugendera mu bicumuro vya Yerobowamu+ mwene Nebati, aca yabira+ Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+, maze aja gukorera Bayali+ no kuyunamira.

  • 1 Abami 22:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 Aguma akorera Bayali+ yongera ayunamira, kandi aguma ababaza+ Yehova Imana ya Isirayeli yisunze ivyo se wiwe yari yarakoze vyose.

  • 2 Abami 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze Yehu atuma intumwa muri Isirayeli yose+, ku buryo abasenga Bayali bose baza. Ntihagira n’umwe asigara ataje. Baguma binjira mu nzu ya Bayali+, maze inzu ya Bayali iruzura kuva ku mpera gushika ku yindi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika