Itanguriro 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, aho hantu ahita Beteli*+; mugabo ikizwi coco ni uko Luzi ari ryo ryari izina ry’ico gisagara kera+. Yosuwa 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko ubupfindo+ burasohoka ku bwa bene Yozefu+; akarere kabo kahera kuri Yorodani+ aharabana n’i Yeriko kakagenda kerekeza ku mazi ya Yeriko amaja mu buseruko, kerekeza mu gahinga kaduga mu karere k’imisozi ka Beteli+ kavuye i Yeriko. 1 Samweli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku mwaka ku mwaka yaragira urugendo, akazunguruka i Beteli+ n’i Gilugali+ n’i Mizipa+, agacira imanza Isirayeli+ aho hantu hose. 1 Abami 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze imwe ayishira i Beteli+, iyindi na yo ayishira i Dani+.
19 Vyongeye, aho hantu ahita Beteli*+; mugabo ikizwi coco ni uko Luzi ari ryo ryari izina ry’ico gisagara kera+.
16 Nuko ubupfindo+ burasohoka ku bwa bene Yozefu+; akarere kabo kahera kuri Yorodani+ aharabana n’i Yeriko kakagenda kerekeza ku mazi ya Yeriko amaja mu buseruko, kerekeza mu gahinga kaduga mu karere k’imisozi ka Beteli+ kavuye i Yeriko.
16 Ku mwaka ku mwaka yaragira urugendo, akazunguruka i Beteli+ n’i Gilugali+ n’i Mizipa+, agacira imanza Isirayeli+ aho hantu hose.