25 “Niwavyara abana ukagira n’abuzukuru kandi mukaba mumaze igihe kirekire muba muri ico gihugu, maze mukikwegera guhona+, mugahingura igishusho c’ikibazano+, ishusho y’ikintu ico ari co cose, mugakora ibibi mu maso ya Yehova Imana yawe+ kugira mumubabaze,