ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko udakwiye gukubitira inkoro hasi iyindi mana+, kuko Yehova, uwo izina ryiwe ari Munyeshari, ari Imana y’ishari+;

  • Guharura 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari mwene Aroni umuherezi, yasubije inyuma uburake bwanje+ buva kuri bene Isirayeli mu kutihanganira ubukeba na bumwe bugirwa kuri jewe hagati muri bo+, ku buryo ntatikije bene Isirayeli, kuko nsaba kwiheberwa jenyene gusa+.

  • Matayo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’”

  • Luka 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yishura ati: “ ‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’umuzirikanyi wawe wose+,’ na ‘mugenzawe nk’uko wikunda+.’ ”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika