2 Abami 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi Yehova yari kumwe na we+. Aho yaja hose, yakorana ukwigengesera+; nuko agarariza umwami wa Ashuri, ntiyamukorera+. Imigani 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kujugumira imbere y’abantu ni vyo bitega umutego+, mugabo uwizigira Yehova azokingirwa+. Luka 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba vy’ukuri atabishoboye, igihe rero uwo wundi akiri kure cane, aratuma umugwi w’abamuserukira, akamusaba amahoro+.
7 Kandi Yehova yari kumwe na we+. Aho yaja hose, yakorana ukwigengesera+; nuko agarariza umwami wa Ashuri, ntiyamukorera+.
32 Nimba vy’ukuri atabishoboye, igihe rero uwo wundi akiri kure cane, aratuma umugwi w’abamuserukira, akamusaba amahoro+.