2 Ngoma 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Baguma+ bahamagara n’ijwi rirenga+ mu rurimi rw’Abayuda+ abantu b’i Yeruzalemu bari ku ruhome, ngo babatere ubwoba+ bongere babahagarike umutima, kugira ngo bafate nya gisagara. Yesaya 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Rabushake aguma ahagaze+ yongera asemerera n’ijwi rirenga mu rurimi rw’Abayuda+; nuko abandanya kuvuga ati: “Nimwumve amajambo y’umwami ahambaye, umwami wa Ashuri+.
18 Baguma+ bahamagara n’ijwi rirenga+ mu rurimi rw’Abayuda+ abantu b’i Yeruzalemu bari ku ruhome, ngo babatere ubwoba+ bongere babahagarike umutima, kugira ngo bafate nya gisagara.
13 Rabushake aguma ahagaze+ yongera asemerera n’ijwi rirenga mu rurimi rw’Abayuda+; nuko abandanya kuvuga ati: “Nimwumve amajambo y’umwami ahambaye, umwami wa Ashuri+.