2 Abami 19:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “‘Ni co gituma Yehova avuze ku vyerekeye umwami wa Ashuri+ ati: “Ntazokwinjira muri iki gisagara+ canke ngo aharase umwampi+ canke ngo ahahange n’inkinzo canke ngo aharundire igikuta co kuhasugereza+. Yesaya 36:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi Hezekiya ntatume mwizigira Yehova+, mu kuvuga ngo: “Yehova ntazobura kuturokora+. Iki gisagara ntikizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”
32 “‘Ni co gituma Yehova avuze ku vyerekeye umwami wa Ashuri+ ati: “Ntazokwinjira muri iki gisagara+ canke ngo aharase umwampi+ canke ngo ahahange n’inkinzo canke ngo aharundire igikuta co kuhasugereza+.
15 Kandi Hezekiya ntatume mwizigira Yehova+, mu kuvuga ngo: “Yehova ntazobura kuturokora+. Iki gisagara ntikizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”