2 Abami 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.” 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+! Zaburi 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Muri Yehova ni ho nahungiye+.Mwubahuka gute kumbwira ngo:“Hungira ku musozi wanyu nk’inyoni+! Zaburi 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Yiragije Yehova+. Namukize+!Namurokore, ko yamuhimbaye+!”
10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”
22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!