Imigani 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+. Yesaya 37:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+.
23 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!