ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Mu mana zose z’ibihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’”

  • Yesaya 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko yavuze ati: ‘Biciye ku bubasha bw’ukuboko kwanje nzogira ico nkoze koko+, biciye no ku bukerebutsi bwanje, kuko mfise ugutegera; kandi nzokuraho imbibe z’ibisata vy’abantu+, ibintu vyabo birundanijwe ndabinyage koko+, kandi nk’umunyabubasha, nzomanura abahaba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika