Zaburi 101:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+. Imigani 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 amaso yishira hejuru+, ururimi rw’ikinyoma+ n’amaboko asesa amaraso y’intungane+, Imigani 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Amaso yibona be n’umutima ugayana+, itara ry’ababisha, ivyo ni igicumuro+. Yesaya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+. 2 Abatesalonika 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ararwanya+ akongera akishira hejuru y’umuntu wese yitwa “imana” canke ikintu gisengwa, ku buryo yicara mu rusengero rwa Ya Mana, akiyerekana ku mugaragaro ko ari imana+.
5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+.
11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+.
4 Ararwanya+ akongera akishira hejuru y’umuntu wese yitwa “imana” canke ikintu gisengwa, ku buryo yicara mu rusengero rwa Ya Mana, akiyerekana ku mugaragaro ko ari imana+.