ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uwukosora umushinyaguzi aba yikwegeye agateterwe+, kandi uwukangira umuntu w’umubisha, agira agahonzi+.

  • Imigani 26:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ntukishure ikijuju nk’uko ubupfu bwaco buri, kugira nawe ubwawe ntube nka co+.

  • Yesaya 36:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Baguma bacereje, ntihagira ijambo bamwishura+, kuko umwami yari yategetse ati: “Ntimumwishure+.”

  • 2 Timoteyo 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mugabo umushumba w’Umukama ntabwirizwa kurwana+, ahubwo abwirizwa kuba umuntu yengenga kuri bose+, ashoboye kwigisha+, akaguma yiyumanganije mu mibabaro+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika