Yesaya 37:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko bamubwira bati: “Hezekiya avuze ngo: ‘Uyu musi ni umusi w’amarushwa+ n’uw’uguhambara n’uw’ukutisonera kw’akagaye+; kuko tumeze nk’umugore agira yibaruke mugabo akaba atagira inkomezi zo kwibaruka+.
3 Nuko bamubwira bati: “Hezekiya avuze ngo: ‘Uyu musi ni umusi w’amarushwa+ n’uw’uguhambara n’uw’ukutisonera kw’akagaye+; kuko tumeze nk’umugore agira yibaruke mugabo akaba atagira inkomezi zo kwibaruka+.