2 Abami 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko bamubwira bati: “Hezekiya avuze ngo: ‘Uyu musi ni umusi w’amarushwa+ n’uw’uguhambara+ n’uw’ukutisonera kw’akagaye+; kuko tumeze nk’umugore agira yibaruke+ mugabo akaba atagira inkomezi zo kwibaruka+. Yesaya 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kurya umugore yibungenze yegereza ukwibaruka, akagira ububabare bw’ibise, akaboroga mu misonga yiwe y’ukwibaruka, ni ko twabaye kubera wewe, Yehova we+!
3 Nuko bamubwira bati: “Hezekiya avuze ngo: ‘Uyu musi ni umusi w’amarushwa+ n’uw’uguhambara+ n’uw’ukutisonera kw’akagaye+; kuko tumeze nk’umugore agira yibaruke+ mugabo akaba atagira inkomezi zo kwibaruka+.
17 Kurya umugore yibungenze yegereza ukwibaruka, akagira ububabare bw’ibise, akaboroga mu misonga yiwe y’ukwibaruka, ni ko twabaye kubera wewe, Yehova we+!