2 Samweli 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova+,Kandi Imana yanje naguma ndayihamagara+.Maze yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,Ugutabaza kwanje gushika mu matwi yayo+. 2 Ngoma 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ‘Icago nicatuzako+, ari inkota canke urubanza rubi canke ikiza+ canke ikigoyi+, tuze duhagarare imbere y’iyi nzu+ n’imbere yawe (kuko izina ryawe+ riri muri iyi nzu), kugira ngo tugutabaze mu marushwa yacu, uheze wumve maze udukize+.’ Yobu 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu marushwa atandatu azokurokora+,Muri ndwi na ho nta kigira nabi na kimwe kizogukorako+. Hoseya 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”
7 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova+,Kandi Imana yanje naguma ndayihamagara+.Maze yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,Ugutabaza kwanje gushika mu matwi yayo+.
9 ‘Icago nicatuzako+, ari inkota canke urubanza rubi canke ikiza+ canke ikigoyi+, tuze duhagarare imbere y’iyi nzu+ n’imbere yawe (kuko izina ryawe+ riri muri iyi nzu), kugira ngo tugutabaze mu marushwa yacu, uheze wumve maze udukize+.’
15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”