2 Abami 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hezekiya umwami wa Yuda atuma rero ku mwami wa Ashuri i Lakishi ati: “Naracumuye. Hindukira ureke kuntera. Ico untegeka cose nzogikora+.” Nuko umwami wa Ashuri yaka Hezekiya umwami wa Yuda italanto+ amajana atatu z’ifeza n’italanto mirongo itatu z’inzahabu. Mika 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bohera umukogote ku mugwi w’amafarasi, ewe mugore uba i Lakishi+! Yabereye umukobwa wa Siyoni intango y’igicumuro+, kuko imigararizo ya Isirayeli yabonetse muri wewe+.
14 Hezekiya umwami wa Yuda atuma rero ku mwami wa Ashuri i Lakishi ati: “Naracumuye. Hindukira ureke kuntera. Ico untegeka cose nzogikora+.” Nuko umwami wa Ashuri yaka Hezekiya umwami wa Yuda italanto+ amajana atatu z’ifeza n’italanto mirongo itatu z’inzahabu.
13 Bohera umukogote ku mugwi w’amafarasi, ewe mugore uba i Lakishi+! Yabereye umukobwa wa Siyoni intango y’igicumuro+, kuko imigararizo ya Isirayeli yabonetse muri wewe+.