Itanguriro 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+. Zaburi 96:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+. Zaburi 102:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kera washinze imishinge y’isi+,Kandi amajuru ni igikorwa c’amaboko yawe+. Yohani 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibintu vyose vyabayeho biciye kuri we+, kandi bidaciye kuri we nta n’ikintu na kimwe cabayeho. Icabayeho
5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+.
3 Ibintu vyose vyabayeho biciye kuri we+, kandi bidaciye kuri we nta n’ikintu na kimwe cabayeho. Icabayeho