6 mu vy’ukuri kuri twebwe hari Imana imwe+ ari yo Data+, iyo ibintu vyose bikomokako, natwe tukaba abayo+; kandi hari Umukama umwe+, Yezu Kristu+, biciye kuri we ibintu vyose bikaba biriho+, natwe tukabaho biciye kuri we.
2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.