Itanguriro 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuye muri ico gihugu, aja muri Ashuri+ maze atangura kwubaka Ninewe+ na Rehoboti-Iri na Kala Yona 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Haguruka, uje i Ninewe+ ca gisagara gikomeye, ugitangarize yuko ububi bwabo bwaduze bugashika imbere yanje+.” Nahumu 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ninewe, kuva ibaho+, yamye imeze nk’ikidengeri c’amazi+; mugabo bariko barahunga. Barasemerera bati: “Hagarare! Hagarare!” Ariko nta n’umwe ahindukira+. Zefaniya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Azoramvura ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga.
2 “Haguruka, uje i Ninewe+ ca gisagara gikomeye, ugitangarize yuko ububi bwabo bwaduze bugashika imbere yanje+.”
8 Ninewe, kuva ibaho+, yamye imeze nk’ikidengeri c’amazi+; mugabo bariko barahunga. Barasemerera bati: “Hagarare! Hagarare!” Ariko nta n’umwe ahindukira+.
13 “Azoramvura ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga.