Itanguriro 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuye muri ico gihugu, aja muri Ashuri+ maze atangura kwubaka Ninewe+ na Rehoboti-Iri na Kala Nahumu 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Ninewe+: Igitabu c’ivyo Nahumu Umwelikoshi yeretswe: Zefaniya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Azoramvura ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga. Matayo 12:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona.
13 “Azoramvura ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga.
41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona.