Yesaya 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+. Nahumu 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwuzokubona wese azoguhunga+, avuge koko ati: ‘Ninewe yanyazwe! Ni nde azosangira na we umubabaro?’ Mbega abo kuguhoza nzobaronderera hehe? Zefaniya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Azoramvura ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga.
12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+.
7 Uwuzokubona wese azoguhunga+, avuge koko ati: ‘Ninewe yanyazwe! Ni nde azosangira na we umubabaro?’ Mbega abo kuguhoza nzobaronderera hehe?
13 “Azoramvura ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga.