Yesaya 37:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Maze igihe yariko arunama mu nzu ya Nisiroki+ imana yiwe+, Adarameleki na Shareseri, abahungu biwe, bamwicisha inkota+ hanyuma bahungira mu gihugu ca Ararati+. Nuko Esari-hadoni+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
38 Maze igihe yariko arunama mu nzu ya Nisiroki+ imana yiwe+, Adarameleki na Shareseri, abahungu biwe, bamwicisha inkota+ hanyuma bahungira mu gihugu ca Ararati+. Nuko Esari-hadoni+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.