2 Abami 23:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ariko Yehova ntiyahindukira ngo areke ukururumba gukomeye kw’ishavu ryiwe, ukwo ishavu ryiwe ryarurumbiye Yuda+ kubera ibintu bibabaza vyose Manase yari yarabababarishije+. 2 Abami 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ivyo vyashikiye Yuda bivuye gusa kw’itegeko rya Yehova, kugira ayikure+ mu maso yiwe kubera ibicumuro vya Manase+, nk’uko ivyo yari yarakoze vyose vyari; Yeremiya 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+ kubera Manase mwene Hezekiya, umwami wa Yuda, ku bw’ivyo yakoze i Yeruzalemu+.
26 Ariko Yehova ntiyahindukira ngo areke ukururumba gukomeye kw’ishavu ryiwe, ukwo ishavu ryiwe ryarurumbiye Yuda+ kubera ibintu bibabaza vyose Manase yari yarabababarishije+.
3 Ivyo vyashikiye Yuda bivuye gusa kw’itegeko rya Yehova, kugira ayikure+ mu maso yiwe kubera ibicumuro vya Manase+, nk’uko ivyo yari yarakoze vyose vyari;
4 Nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+ kubera Manase mwene Hezekiya, umwami wa Yuda, ku bw’ivyo yakoze i Yeruzalemu+.