2 Abami 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko bamuhamba mu mva yiwe mu murima wa Uza+; maze Yosiya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
26 Nuko bamuhamba mu mva yiwe mu murima wa Uza+; maze Yosiya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.