ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 32:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 None ehe mugiye mu kibanza ca ba so muri umugwi w’abagabo b’abacumuzi kugira murushirize kwongereza ishavu rirurumba Yehova+ afitiye Isirayeli.

  • 2 Ngoma 33:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Atangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, nk’uko Manase se wiwe yari yarakoze+; Amoni ashikanira ibimazi+ ibishusho bibajwe+ vyose Manase+ se wiwe yari yarakoze, kandi abandanya kubikorera+.

  • Ivyakozwe 7:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika