2 Ngoma 33:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo abanyagihugu bica+ abantu bose bari bagīriye Umwami Amoni umugambi mubi+, maze abanyagihugu+ baca bimika Yosiya+ umuhungu wiwe ngo abe umwami mu kibanza ciwe.
25 Mugabo abanyagihugu bica+ abantu bose bari bagīriye Umwami Amoni umugambi mubi+, maze abanyagihugu+ baca bimika Yosiya+ umuhungu wiwe ngo abe umwami mu kibanza ciwe.