2 Abami 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo abanyagihugu bica abantu bose bari bagīriye Umwami Amoni umugambi mubi+. Maze abanyagihugu bimika Yosiya+ umuhungu wiwe ngo abe umwami mu kibanza ciwe. 2 Ngoma 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubwami bukimara gukomera kuri we, aca yica+ abasuku biwe+ bari barishe umwami se wiwe+.
24 Mugabo abanyagihugu bica abantu bose bari bagīriye Umwami Amoni umugambi mubi+. Maze abanyagihugu bimika Yosiya+ umuhungu wiwe ngo abe umwami mu kibanza ciwe.