2 Abami 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Shafani umunyamabanga yinjira aho umwami ari hanyuma abwira umwami ati: “Abasuku bawe basutse amahera yari mu nzu, kandi babandanya kuyashira mu kuboko kw’abakora igikorwa mu nzu ya Yehova+—abagenywe.” 2 Ngoma 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu mwaka ugira cumi n’umunani+ w’ingoma yiwe, amaze guhumanura igihugu n’inzu, atuma Shafani+ mwene Azaliya na Mayaseya umukuru w’igisagara na Yowa mwene Yowahazi umukarani, kugira ngo basanasane+ inzu ya Yehova Imana yiwe.
9 Maze Shafani umunyamabanga yinjira aho umwami ari hanyuma abwira umwami ati: “Abasuku bawe basutse amahera yari mu nzu, kandi babandanya kuyashira mu kuboko kw’abakora igikorwa mu nzu ya Yehova+—abagenywe.”
8 Mu mwaka ugira cumi n’umunani+ w’ingoma yiwe, amaze guhumanura igihugu n’inzu, atuma Shafani+ mwene Azaliya na Mayaseya umukuru w’igisagara na Yowa mwene Yowahazi umukarani, kugira ngo basanasane+ inzu ya Yehova Imana yiwe.