2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe. Yeremiya 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Genda ubwire Zedekiya umwami wa Yuda+, egome, umubwire uti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ntange iki gisagara mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+, na we azogituriza koko umuriro+.
17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.
2 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Genda ubwire Zedekiya umwami wa Yuda+, egome, umubwire uti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ntange iki gisagara mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+, na we azogituriza koko umuriro+.