Abalewi 26:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kandi ibisagara vyanyu sinzobura kubitanga ku nkota+, ibibanza vyanyu vyeranda na vyo ndabigire umusaka+, kandi utumoto twanyu turuhura sinzotumotera+. Gusubira mu vyagezwe 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+. Zaburi 79:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+.
31 Kandi ibisagara vyanyu sinzobura kubitanga ku nkota+, ibibanza vyanyu vyeranda na vyo ndabigire umusaka+, kandi utumoto twanyu turuhura sinzotumotera+.
25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.
2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+.