Yeremiya 39:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Zedekiya umwami wa Yuda n’abarwanyi bose ngo bababone, baca barahunga+, basohoka igisagara mw’ijoro baciye mu nzira y’umurima w’umwami+, baciye mw’irembo riri hagati y’uruhome rugizwe na zibiri; baguma basohoka baciye mu nzira ya Araba+.
4 Zedekiya umwami wa Yuda n’abarwanyi bose ngo bababone, baca barahunga+, basohoka igisagara mw’ijoro baciye mu nzira y’umurima w’umwami+, baciye mw’irembo riri hagati y’uruhome rugizwe na zibiri; baguma basohoka baciye mu nzira ya Araba+.