ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko bambwira bati: “Abasigaye, amasigarira y’abari barajanywe mu bunyagano, hariya mu ntara y’ubutware+, bamerewe nabi cane+ kandi bari mu ceyi+; uruhome+ rwa Yeruzalemu rwarasenyutse, amarembo yaho+ na yo yaraturijwe umuriro.”

  • Yeremiya 39:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 52:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze inteko za gisirikare z’Abakaludaya zose zari kumwe na nya mukuru w’abacungera ubuzima zisiturira hasi impome zose za Yeruzalemu, impande zose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika