25 kandi mu gisagara afata umukozi wo ku kirimba umwe yari icariho kijejwe abarwanyi, n’abagabo indwi bo mu bishikira b’umwami+, abo yasanze mu gisagara, n’umunyamabanga w’umukuru w’ingabo, uwakoranya abanyagihugu, n’abagabo mirongo itandatu bo mu banyagihugu, abo yasanze hagati mu gisagara+.