ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko mu kwezi kugira indwi+, Ishimayeli+ mwene Netaniya, Netaniya mwene Elishama, wo mu nda y’ingoma, araza ari kumwe n’abagabo cumi, maze bagarika Gedaliya+, ku buryo apfa, bica n’Abayuda be n’Abakaludaya bari kumwe na we i Mizipa+.

  • Yeremiya 39:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 egome, batuma gutora Yeremiya mu Kigo c’Abarinzi+ maze bamushikiriza Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, kugira ngo amujane mu nzu yiwe, kugira abe hagati mu bantu.

  • Yeremiya 41:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ishimayeli mwene Netaniya na nya bagabo cumi bari kumwe na we barahaguruka rero, bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani+. Gutyo yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje kuganza igihugu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika